Daniyeli 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Inyuma y’ivyo, mbandanya kwitegereza, maze ehe raba, ikindi gikoko, kimeze nk’ingwe+, mugabo ku mugongo waco cari gifise amababa ane y’ikiremwa kiguruka. Nya gikoko cari gifise imitwe ine+; gihabwa ubutware koko. Daniyeli 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nanje nguma ndabirimbura, maze ehe isuguru y’impene+ yariko izanana i burengerazuba ku buringanire bw’isi yose, idakora hasi. Iyo suguru y’impene, hagati y’amaso yari ifise ihembe ryibonekeje+. Daniyeli 8:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ya suguru y’impene y’ivyoya na yo, igereranya umwami w’Ubugiriki+; nayo rya hembe rinini ryari hagati y’amaso yayo, rigereranya umwami wa mbere+.
6 “Inyuma y’ivyo, mbandanya kwitegereza, maze ehe raba, ikindi gikoko, kimeze nk’ingwe+, mugabo ku mugongo waco cari gifise amababa ane y’ikiremwa kiguruka. Nya gikoko cari gifise imitwe ine+; gihabwa ubutware koko.
5 Nanje nguma ndabirimbura, maze ehe isuguru y’impene+ yariko izanana i burengerazuba ku buringanire bw’isi yose, idakora hasi. Iyo suguru y’impene, hagati y’amaso yari ifise ihembe ryibonekeje+.
21 Ya suguru y’impene y’ivyoya na yo, igereranya umwami w’Ubugiriki+; nayo rya hembe rinini ryari hagati y’amaso yayo, rigereranya umwami wa mbere+.