ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 22:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Navuganye nawe igihe wari ubayeho ata co winona+. Wavuze uti: ‘Eka singamburuka+.’ Iyo ni yo nzira yawe kuva mu buto bwawe, kuko utagamburutse ijwi ryanje+.

  • Daniyeli 8:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kandi, nk’uko ugutahura kwimbitse kwiwe kuri, azotuma ubuhendanyi buroranirwa mu kuboko kwiwe+. Azokwihambaza mu mutima wiwe+, atikize benshi igihe ata wuzoba ari n’ico yinona+. Azohaguruka arwanye wa Muganwa w’abaganwa+, mugabo azovunagurwa ata kuboko gukoreshejwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika