Matayo 10:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi muzokwankwa n’abantu bose kubera izina ryanje+; mugabo uwihanganye gushika kw’iherezo ni we azokizwa+. Ivyahishuwe 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Ehe Shetani*+ azoguma ata mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira ngo mugezwe bimwe bishitse+, no kugira ngo mugire amakuba+ imisi cumi. Erekana ko uri umwizigirwa no gushika ku rupfu+, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+.
22 Kandi muzokwankwa n’abantu bose kubera izina ryanje+; mugabo uwihanganye gushika kw’iherezo ni we azokizwa+.
10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Ehe Shetani*+ azoguma ata mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira ngo mugezwe bimwe bishitse+, no kugira ngo mugire amakuba+ imisi cumi. Erekana ko uri umwizigirwa no gushika ku rupfu+, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+.