2 “Ariko ni nde azoshobora kwihanganira umusi w’ukuza kwiwe+, kandi ni nde azoshobora guhagarara niyaseruka+? Kuko azoba ameze nk’umuriro w’umutyorozi+ be n’isabuni+ y’umumesuzi+.
14 Buno nyene nca ndamubwira nti: “Mukama wanje, ni wewe ubizi.” Na we ambwira ati: “Aba ni abavuye muri ya makuba akomeye+, kandi bamesuye amakanzu yabo bayeza+ mu maraso+ ya wa Mwagazi w’intama.