Yeremiya 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 egome, ngire ico mbaza Misiri+, na Yuda+, na Edomu+, na bene Amoni+, na Mowabu+, n’abantu bose bamoye imishatsi mu misaya baba mu gahinga+; kuko amahanga yose atagenyerewe kandi n’inzu yose ya Isirayeli ntibe igenyerewe mu mutima+.”
26 egome, ngire ico mbaza Misiri+, na Yuda+, na Edomu+, na bene Amoni+, na Mowabu+, n’abantu bose bamoye imishatsi mu misaya baba mu gahinga+; kuko amahanga yose atagenyerewe kandi n’inzu yose ya Isirayeli ntibe igenyerewe mu mutima+.”