Daniyeli 8:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ububasha bwiwe buzokomera, mugabo bitavuye ku bubasha bwiwe bwite+. Azoteza agatikizo mu buryo bw’agatangaza+, aroranirwe koko kandi ashike ku co ashaka. Azotikiza vy’ukuri abanyenkomezi, be n’igisata kigizwe n’aberanda+. Matayo 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Maze bazobashira mu makuba+, babice+, kandi muzokwankwa+ n’amahanga yose muhorwa izina ryanje+. Ivyahishuwe 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi nibarangiza igikorwa cabo c’ugushinga intahe, ca gikoko kiduga kivuye mu nyenga+ kizorwana na bo, kibatsinde, kibice+.
24 Ububasha bwiwe buzokomera, mugabo bitavuye ku bubasha bwiwe bwite+. Azoteza agatikizo mu buryo bw’agatangaza+, aroranirwe koko kandi ashike ku co ashaka. Azotikiza vy’ukuri abanyenkomezi, be n’igisata kigizwe n’aberanda+.
7 Kandi nibarangiza igikorwa cabo c’ugushinga intahe, ca gikoko kiduga kivuye mu nyenga+ kizorwana na bo, kibatsinde, kibice+.