Yesaya 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Nimuze rero tugorore ibintu hagati yacu,” ni ko Yehova avuga+. “Naho ibicumuro vyanyu vyoba bimeze nk’agahama, bizogirwa ivyera derere*+; naho vyoba bitukura nk’impuzu y’ibara ry’umutukutuku rihinze, bizocika nk’ubwoya bwera derere. Ivyahishuwe 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Buno nyene nca ndamubwira nti: “Mukama wanje, ni wewe ubizi.” Na we ambwira ati: “Aba ni abavuye muri ya makuba akomeye+, kandi bamesuye amakanzu yabo bayeza+ mu maraso+ ya wa Mwagazi w’intama.
18 “Nimuze rero tugorore ibintu hagati yacu,” ni ko Yehova avuga+. “Naho ibicumuro vyanyu vyoba bimeze nk’agahama, bizogirwa ivyera derere*+; naho vyoba bitukura nk’impuzu y’ibara ry’umutukutuku rihinze, bizocika nk’ubwoya bwera derere.
14 Buno nyene nca ndamubwira nti: “Mukama wanje, ni wewe ubizi.” Na we ambwira ati: “Aba ni abavuye muri ya makuba akomeye+, kandi bamesuye amakanzu yabo bayeza+ mu maraso+ ya wa Mwagazi w’intama.