Ivyahishuwe 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi nibarangiza igikorwa cabo c’ugushinga intahe, ca gikoko kiduga kivuye mu nyenga+ kizorwana na bo, kibatsinde, kibice+.
7 Kandi nibarangiza igikorwa cabo c’ugushinga intahe, ca gikoko kiduga kivuye mu nyenga+ kizorwana na bo, kibatsinde, kibice+.