Daniyeli 2:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Umwami abwira Daniyeli ati: “Ni ukuri, Imana yanyu ni Imana iruta izindi mana*+, n’Umukama w’abami+ ikaba n’Umuhishuzi w’amabanga, kuko washoboye guhishura iryo banga+.”
47 Umwami abwira Daniyeli ati: “Ni ukuri, Imana yanyu ni Imana iruta izindi mana*+, n’Umukama w’abami+ ikaba n’Umuhishuzi w’amabanga, kuko washoboye guhishura iryo banga+.”