ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 4:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nimubimenyeshe muri Yuda, muvyamamaze i Yeruzalemu+, mubivuge, kandi muvuze inzamba mu gihugu hose+. Semerere n’ijwi rirenga muti: “Nimukoranire hamwe, twinjire mu bisagara bikingijwe ibihome+.

  • Hoseya 8:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Shira inzamba ku munwa+! Hari uwuje nk’inkona+ gutera inzu ya Yehova, kuko bahonyanze isezerano ryanje+, bakarenga kw’itegeko ryanje+.

  • Yoweli 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Nimuvuze inzamba i Siyoni+, mukome akaruru k’intambara+ ku musozi wanje mweranda+. Ababa mu gihugu bose nibahagarike umutima+; kuko umusi wa Yehova uriko uraza+, kuko uri hafi!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika