Yesaya 59:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Harabaye ukugabitanya n’ukwihakana Yehova+; twarasubiye inyuma tuva ku Mana yacu, tuvuga ivy’agahahazo n’umugararizo+, turiyumvira twongera tuvugira mu ntamatama amajambo y’ikinyoma, bivuye mu mutima+.
13 Harabaye ukugabitanya n’ukwihakana Yehova+; twarasubiye inyuma tuva ku Mana yacu, tuvuga ivy’agahahazo n’umugararizo+, turiyumvira twongera tuvugira mu ntamatama amajambo y’ikinyoma, bivuye mu mutima+.