Zaburi 78:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Umutima wabo ntiwari uhamye kuri yo+;Kandi ntibabaye abizigirwa mw’isezerano ryayo+. Yesaya 29:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova na we avuga ati: “Kubera ko aba bantu banyegereye n’akanwa kabo gusa, bakaninaharisha iminwa yabo gusa+, kandi bakaba bigije umutima wabo kure yanje cane+, ukuntinya kwabo kugacika ibwirizwa ry’abantu, rikaba ari ryo ryigishwa+, Yeremiya 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 mbere n’aho habereye ivyo vyose, mwene wabo w’umuhemu Yuda ntiyangarutseko n’umutima wiwe wose+, mugabo yabigiranye ububeshi gusa+,’ ni ko Yehova avuze.” Zakariya 7:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Bwira abanyagihugu bose n’abaherezi uti: ‘Hamwe mwahora mwisonzesha+ mwongera muboroga mu kwezi kugira gatanu no mu kwezi kugira indwi+, ivyo mukabigira mu myaka mirongo irindwi+, mbega ni jewe mwisonzeshereza+?
13 Yehova na we avuga ati: “Kubera ko aba bantu banyegereye n’akanwa kabo gusa, bakaninaharisha iminwa yabo gusa+, kandi bakaba bigije umutima wabo kure yanje cane+, ukuntinya kwabo kugacika ibwirizwa ry’abantu, rikaba ari ryo ryigishwa+,
10 mbere n’aho habereye ivyo vyose, mwene wabo w’umuhemu Yuda ntiyangarutseko n’umutima wiwe wose+, mugabo yabigiranye ububeshi gusa+,’ ni ko Yehova avuze.”
5 “Bwira abanyagihugu bose n’abaherezi uti: ‘Hamwe mwahora mwisonzesha+ mwongera muboroga mu kwezi kugira gatanu no mu kwezi kugira indwi+, ivyo mukabigira mu myaka mirongo irindwi+, mbega ni jewe mwisonzeshereza+?