Yesaya 48:1 Bibiliya y’isi nshasha 48 Nimwumve ibi, yemwe nzu ya Yakobo, mwebwe abiyitirira izina rya Isirayeli+ mukaba kandi mwavuye mu mazi ya Yuda+, mwebwe abarahira mw’izina rya Yehova+ mukavuga mbere Imana ya Isirayeli+, atari mu kuri kandi atari mu bugororotsi+. Mika 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Abakuru biwe baca imanza ku giturire+, abaherezi biwe bakigishiriza ingero+, abahanuzi biwe na bo bakaragura ku mahera+; yamara baguma bishimikiza Yehova mu kuvuga bati: “Mbega Yehova ntari hagati muri twebwe+? Ntituzoshikirwa n’ivyago+.” Tito 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Batura icese yuko bazi Imana+, mugabo bakayihakanisha ibikorwa vyabo+, kubera ko bateye ishishi bakaba n’abagambarazi, bakaba kandi batemewe+ ku bw’igikorwa ciza na kimwe.
48 Nimwumve ibi, yemwe nzu ya Yakobo, mwebwe abiyitirira izina rya Isirayeli+ mukaba kandi mwavuye mu mazi ya Yuda+, mwebwe abarahira mw’izina rya Yehova+ mukavuga mbere Imana ya Isirayeli+, atari mu kuri kandi atari mu bugororotsi+.
11 Abakuru biwe baca imanza ku giturire+, abaherezi biwe bakigishiriza ingero+, abahanuzi biwe na bo bakaragura ku mahera+; yamara baguma bishimikiza Yehova mu kuvuga bati: “Mbega Yehova ntari hagati muri twebwe+? Ntituzoshikirwa n’ivyago+.”
16 Batura icese yuko bazi Imana+, mugabo bakayihakanisha ibikorwa vyabo+, kubera ko bateye ishishi bakaba n’abagambarazi, bakaba kandi batemewe+ ku bw’igikorwa ciza na kimwe.