Hoseya 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nzomwibibira koko kw’isi nk’imbuto+, kandi nzogirira imbabazi uwutari yaragiriwe imbabazi+, kandi nzobwira abatari abantu banje nti: “Muri abantu banje+”; na bo bazovuga bati: “Uri Imana yacu+.”’” 1 Petero 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko kera mutari igisata, mugabo ubu muri igisata c’Imana+; mwari abatari baragiriwe imbabazi, mugabo ubu muri abagiriwe imbabazi+.
23 Nzomwibibira koko kw’isi nk’imbuto+, kandi nzogirira imbabazi uwutari yaragiriwe imbabazi+, kandi nzobwira abatari abantu banje nti: “Muri abantu banje+”; na bo bazovuga bati: “Uri Imana yacu+.”’”
10 Kuko kera mutari igisata, mugabo ubu muri igisata c’Imana+; mwari abatari baragiriwe imbabazi, mugabo ubu muri abagiriwe imbabazi+.