Yesaya 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mbega muzogira iki ga yemwe ku musi ivyanyu bizorabwa+ no ku musi w’agatikizo, nikaza kavuye kure+? Muzohungira kuri nde ngo abatabare+, kandi muzosiga hehe ubuninahazwa bwanyu+, Yeremiya 10:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ni ubusa, ni igikorwa c’agatwengo+. Ivyavyo nivyarabwa bizoyogera+. Luka 19:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 bagutsinde hasi wewe n’abana bawe bari muri wewe+, kandi ntibazosiga ibuye na rimwe rigeretse ku rindi+ muri wewe, kuko utamenye igihe c’ukugendurwa kwawe+.”
3 Mbega muzogira iki ga yemwe ku musi ivyanyu bizorabwa+ no ku musi w’agatikizo, nikaza kavuye kure+? Muzohungira kuri nde ngo abatabare+, kandi muzosiga hehe ubuninahazwa bwanyu+,
44 bagutsinde hasi wewe n’abana bawe bari muri wewe+, kandi ntibazosiga ibuye na rimwe rigeretse ku rindi+ muri wewe, kuko utamenye igihe c’ukugendurwa kwawe+.”