Gusubira mu vyagezwe 28:64 Bibiliya y’isi nshasha 64 “Kandi Yehova azogusanzaza mu bisata vyose vy’abantu kuva ku mpera imwe y’isi gushika ku yindi+, kandi hiyo uzobwirizwa gukorera izindi mana utamenye, yaba wewe canke ba sogokuruza bawe, z’ibiti n’amabuye+. Amosi 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 ‘Kuko ehe ndatanze itegeko; nzonyiganza inzu ya Isirayeli mu mahanga yose+, nk’uko umuntu anyiganza ikiyunguruzo, ku buryo hatagira n’akabuye kagwa hasi.
64 “Kandi Yehova azogusanzaza mu bisata vyose vy’abantu kuva ku mpera imwe y’isi gushika ku yindi+, kandi hiyo uzobwirizwa gukorera izindi mana utamenye, yaba wewe canke ba sogokuruza bawe, z’ibiti n’amabuye+.
9 ‘Kuko ehe ndatanze itegeko; nzonyiganza inzu ya Isirayeli mu mahanga yose+, nk’uko umuntu anyiganza ikiyunguruzo, ku buryo hatagira n’akabuye kagwa hasi.