ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 57:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Washize icibutso cawe inyuma y’umuryango n’igishimaryango+. Kuko witwikuruye uja kure yanje uraheza uraduga; waguye igitanda cawe+. Kandi wigiriye isezerano na bo. Wakunze igitanda hamwe na bo+. Witegereje igihimba c’ubugabo.

  • Ezekiyeli 23:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Atangura kubagirira inambu ikomeye kubera ivyo amaso yiwe abonye+, araheza abatumako intumwa i Kaludaya+.

  • Hoseya 8:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko baduze i Ashuri+, nk’imparage yigungiye ukwayo+. Nayo Efurayimu, yatanze impera ngo ironke abakunzi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika