Hoseya 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Mbega nkugire nte, ewe Efurayimu? Mbega nkugire nte, ewe Yuda+, ko ubuntu bwuzuye urukundo bwanyu bumeze nk’ibicu vyo mu gitondo, nk’ikime gikamangana hakiri kare?
4 “Mbega nkugire nte, ewe Efurayimu? Mbega nkugire nte, ewe Yuda+, ko ubuntu bwuzuye urukundo bwanyu bumeze nk’ibicu vyo mu gitondo, nk’ikime gikamangana hakiri kare?