Yeremiya 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ibi rero ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ehe ngira ndabayaze, kandi mbwirizwa kubasuzuma+, kuko, mbega hari ukundi nogira kubera umukobwa w’abantu banje+?
7 Ibi rero ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ehe ngira ndabayaze, kandi mbwirizwa kubasuzuma+, kuko, mbega hari ukundi nogira kubera umukobwa w’abantu banje+?