Itanguriro 14:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ico gihe umwami wa Sodomu aragenda, be n’umwami wa Gomora n’umwami wa Adima n’umwami wa Zeboyimu n’umwami wa Bela (ni ukuvuga wa Zowari), batonda urugamba ngo barwane na bo mu Kiyaya co Hasi ca Sidimu+,
8 Ico gihe umwami wa Sodomu aragenda, be n’umwami wa Gomora n’umwami wa Adima n’umwami wa Zeboyimu n’umwami wa Bela (ni ukuvuga wa Zowari), batonda urugamba ngo barwane na bo mu Kiyaya co Hasi ca Sidimu+,