Gusubira mu vyagezwe 32:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Kuko Yehova azocira urubanza abantu biwe+Kandi azokwicuza ku bijanye n’abasavyi biwe+,Kuko azobona ko icishimikizo cazimanganyeHakaba hasigaye gusa uwutagira gitabara, uwutagira ico amaze. Yeremiya 31:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Mbega Efurayimu ni umuhungu w’agaciro kuri jewe, canke umwana afatanwa urukundo+? Kuko uko nzomuhambarira kwose, nzosubira kumwibuka ata kabuza+. Ni co catumye amara yanje amusebagirikira+. Nzomwumvira koko ikigongwe+,” ni ko Yehova avuze.
36 Kuko Yehova azocira urubanza abantu biwe+Kandi azokwicuza ku bijanye n’abasavyi biwe+,Kuko azobona ko icishimikizo cazimanganyeHakaba hasigaye gusa uwutagira gitabara, uwutagira ico amaze.
20 “Mbega Efurayimu ni umuhungu w’agaciro kuri jewe, canke umwana afatanwa urukundo+? Kuko uko nzomuhambarira kwose, nzosubira kumwibuka ata kabuza+. Ni co catumye amara yanje amusebagirikira+. Nzomwumvira koko ikigongwe+,” ni ko Yehova avuze.