Yeremiya 22:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umuyaga uzoragira abungere bawe bose+; nayo abagukunda rwinshi, bazojanwa kugirwa imbohe+. Kuko ico gihe uzomaramara, ugateterwa vy’ukuri kubera ivyago vyawe vyose+.
22 Umuyaga uzoragira abungere bawe bose+; nayo abagukunda rwinshi, bazojanwa kugirwa imbohe+. Kuko ico gihe uzomaramara, ugateterwa vy’ukuri kubera ivyago vyawe vyose+.