Yesaya 30:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 abafata inzira ngo bamanuke mu Misiri+ kandi batasiguje akanwa kanje+, ngo bikinge igihome gikomeye ca Farawo no kugira ngo bahungire mu gitutu ca Misiri+! Hoseya 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Efurayimu yarabonye indwara yiwe, Yuda na we abona igisebe ciwe+. Nuko Efurayimu aja i Ashuri+, atuma intumwa ku mwami ahambaye+. Mugabo uno, mwebwe ntiyashoboye kubakiza+, kandi ntiyashoboye kubavura igisebe akoresheje umuti+.
2 abafata inzira ngo bamanuke mu Misiri+ kandi batasiguje akanwa kanje+, ngo bikinge igihome gikomeye ca Farawo no kugira ngo bahungire mu gitutu ca Misiri+!
13 “Efurayimu yarabonye indwara yiwe, Yuda na we abona igisebe ciwe+. Nuko Efurayimu aja i Ashuri+, atuma intumwa ku mwami ahambaye+. Mugabo uno, mwebwe ntiyashoboye kubakiza+, kandi ntiyashoboye kubavura igisebe akoresheje umuti+.