Obadiya 11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuri wa musi wari wihagarariye ku ruhande, ku musi ab’ahandi bajana inteko za gisirikare ziwe kuzigira imbohe+, igihe abanyamahanga katwa binjirana mw’irembo ryiwe+ bagapfindira+ Yeruzalemu, na wewe wari nk’umwe muri bo.
11 Kuri wa musi wari wihagarariye ku ruhande, ku musi ab’ahandi bajana inteko za gisirikare ziwe kuzigira imbohe+, igihe abanyamahanga katwa binjirana mw’irembo ryiwe+ bagapfindira+ Yeruzalemu, na wewe wari nk’umwe muri bo.