Yesaya 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi avuga ati: “Ntuzopfa usubiye kwigina+, ewe mpahazwa, mukobwa w’isugi wa Sidoni+! Haguruka, ujabuke ushike i Kitimu+. Mbere no ng’aho nta karuhuko uzoronka.” Zakariya 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Riziye kandi Hamati+ ihana urubibe na ho; riziye na Tiro+ be na Sidoni+, kuko ari inkerebutsi cane+.
12 Kandi avuga ati: “Ntuzopfa usubiye kwigina+, ewe mpahazwa, mukobwa w’isugi wa Sidoni+! Haguruka, ujabuke ushike i Kitimu+. Mbere no ng’aho nta karuhuko uzoronka.”
2 Riziye kandi Hamati+ ihana urubibe na ho; riziye na Tiro+ be na Sidoni+, kuko ari inkerebutsi cane+.