Gusubira mu vyagezwe 28:68 Bibiliya y’isi nshasha 68 Kandi Yehova azogusubiza mu Misiri mu meri agucishije muri ya nzira nakubwira nti: ‘Ntuzopfa usubiye kuyibona+,’ kandi hiyo muzobwirizwa kwigurisha ku bansi bawe ngo mube abashumba n’abasukukazi+, ariko nta muguzi azoboneka.”
68 Kandi Yehova azogusubiza mu Misiri mu meri agucishije muri ya nzira nakubwira nti: ‘Ntuzopfa usubiye kuyibona+,’ kandi hiyo muzobwirizwa kwigurisha ku bansi bawe ngo mube abashumba n’abasukukazi+, ariko nta muguzi azoboneka.”