ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 63:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Ubwato bw’umuvinyu nabuganishijemwo ibirenge jenyene+, ata n’umwe turi kumwe wo mu bisata vy’abantu. Nagumye ndabaganisha ibirenge mw’ishavu ryanje+, nguma ndabakandagira mu bushangashirwe bwanje+. Amaraso yabo ataruka yaguma atarukira ku mpuzu zanje+, kandi ivyambarwa vyanje vyose naravyanduje.

  • Gucura intimba 1:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Abanyenkomezi banje bose Yehova yabashibuye abakuye hagati muri jewe+.

      Yampamagariye ikoraniro, kugira risavye imisore yanje+.

      Yehova yaganishije ibirenge mu ruganiro rw’umuvinyu+ rw’umukobwa w’isugi wa Yuda+.

  • Ivyahishuwe 14:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Maze nya ruganiro rw’umuvinyu ruganishirizwamwo ibirenge inyuma y’igisagara+, amaraso ava muri nya ruganiro, araduga gushika ku mijiginya y’amafarasi+, ahantu h’uburebure bwa sitadiyo igihumbi n’amajana atandatu*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika