ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 48:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Yehova arahambaye kandi ni uwo gushemezwa cane+

      Mu gisagara c’Imana yacu+, ku musozi wayo mweranda+.

  • Yesaya 24:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ukwezi kw’igisyo kwariye ivyatsi, na rya zuba rirurumba ryamaramaye+, kuko Yehova nyen’ingabo acitse umwami+ ku musozi Siyoni+ n’i Yeruzalemu n’imbere y’abantu biwe b’abahumure, mu buninahazwa+.

  • Mika 4:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Uwacumbagira nzomugira amasigarira+, n’uwari yarirukaniwe kure ndamugire ihanga rikomeye+; kandi Yehova azobaganza ku musozi Siyoni, guhera ubu gushika igihe kitagira urugero+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika