Ivyahishuwe 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 kandi zari zifise ibikingira igikiriza+ bimeze nk’ivy’icuma. Kandi umuhindo w’amababa yazo wari nk’umuhindo w’imikogote+ y’amafarasi menshi yiruka aja mu ntambara+.
9 kandi zari zifise ibikingira igikiriza+ bimeze nk’ivy’icuma. Kandi umuhindo w’amababa yazo wari nk’umuhindo w’imikogote+ y’amafarasi menshi yiruka aja mu ntambara+.