Gusubira mu vyagezwe 29:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 abana banyu batoyi, abagore banyu+, na kavamahanga wawe+ ari hagati mw’ikambi yawe, kuva ku wugusenyera inkwi gushika ku wukuvomera amazi+, Gusubira mu vyagezwe 31:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Koranya abantu+, abagabo n’abagore n’abana batoyi na kavamahanga wawe ari mu marembo yawe, kugira bumvirize no kugira bige+, kuko bategerezwa gutinya Yehova Imana yanyu+ kandi bakitwararika gushitsa amajambo yose y’iri tegeko. 2 Ngoma 20:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Muri ico gihe abo muri Yuda bose bari bahagaze imbere ya Yehova+, mbere n’abana babo batoyi+ n’abagore babo n’abahungu babo.
11 abana banyu batoyi, abagore banyu+, na kavamahanga wawe+ ari hagati mw’ikambi yawe, kuva ku wugusenyera inkwi gushika ku wukuvomera amazi+,
12 Koranya abantu+, abagabo n’abagore n’abana batoyi na kavamahanga wawe ari mu marembo yawe, kugira bumvirize no kugira bige+, kuko bategerezwa gutinya Yehova Imana yanyu+ kandi bakitwararika gushitsa amajambo yose y’iri tegeko.
13 Muri ico gihe abo muri Yuda bose bari bahagaze imbere ya Yehova+, mbere n’abana babo batoyi+ n’abagore babo n’abahungu babo.