Yesaya 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Ahaa! Umwashuri+, inkoni y’ishavu ryanje+, n’agakoni kari mu kuboko kwabo ku bw’imisibo yanje! Yesaya 55:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 ni ko n’ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera+. Ntirizogaruka kuri jewe hatagize ikivamwo+, mugabo rizokora koko icampimbaye+, kandi ata kabuza rizororanirwa mu co naritumye+.
11 ni ko n’ijambo ryanje riva mu kanwa kanje rizomera+. Ntirizogaruka kuri jewe hatagize ikivamwo+, mugabo rizokora koko icampimbaye+, kandi ata kabuza rizororanirwa mu co naritumye+.