ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 8:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 maze ukavuga koko mu mutima wawe ngo: ‘Ububasha bwanje n’ubushobozi bwose bw’ukuboko kwanje bwite ni vyo vyandonkeje ubu butunzi+.’

  • Zaburi 75:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Ntimushire ihembe ryanyu iyo hejuru.

      Ntimuvugane izosi ry’akagaye+.

  • Daniyeli 4:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Umwami avuga+ ati: “Mbega iyi si Babiloni Ikomeye, iyo ubwanje nubakiye inzu ya cami nkoresheje inkomezi z’ubushobozi bwanje+, nkayubakira kandi iteka ry’ubukuru bwanje+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika