Zaburi 130:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko hari ukubabarirwa nyakuri iwawe+,Kugira ngo utinywe+. Yeremiya 14:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Naho amakosa yacu atwagiriza, ewe Yehova, nugire ico ukoze ku bw’izina ryawe+; kuko ubuhemu bwacu bwabaye bwinshi+; ni wewe twacumuyeko+. Daniyeli 9:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Yehova we, niwumve+! Yehova we, babarira+! Yehova we, niwumvirize kandi ugire ico ukoze+! Ntutebe+ Mana yanje, bibe ku bwawe, kuko izina ryawe ari ryo igisagara cawe n’abantu bawe vyitiriwe+.”
7 Naho amakosa yacu atwagiriza, ewe Yehova, nugire ico ukoze ku bw’izina ryawe+; kuko ubuhemu bwacu bwabaye bwinshi+; ni wewe twacumuyeko+.
19 Yehova we, niwumve+! Yehova we, babarira+! Yehova we, niwumvirize kandi ugire ico ukoze+! Ntutebe+ Mana yanje, bibe ku bwawe, kuko izina ryawe ari ryo igisagara cawe n’abantu bawe vyitiriwe+.”