ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 14:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Mbega nta n’umwe mu bakora ibintu bibabaza yaronse ubumenyi+,

      Ko barotsa abantu banje nk’uko bariye umukate+?

      Ntibarushe bambaza Yehova+.

  • Amosi 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Kubera imigararizo itatu ya Isirayeli+, kandi kubera ine, sinzobisubiza inyuma, kuko bagurishije umugororotsi ifeza igaragara, umworo na we bakamugurisha ikiguzi c’umwambaro w’inkweto*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika