Zaburi 139:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Hamwe noduga mw’ijuru, ni yo woba uri+;Hamwe na ho nosasa uburiri bwanje mu kuzimu, ehe ni yo woba uri+! Imigani 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ukuzimu be n’ikibanza c’agatikizo+ biri imbere ya Yehova+. Hari akantu imitima y’abana b’abantu+!
8 Hamwe noduga mw’ijuru, ni yo woba uri+;Hamwe na ho nosasa uburiri bwanje mu kuzimu, ehe ni yo woba uri+!