ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 28:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kubera ko mwavuze muti: “Twaragiranye isezerano na Rupfu+; kandi twe na Kuzimu twaragize ico tubona+; isegenya rikukumura ry’umwuzure niryaramuka rirenganye, ntirizodushikīra, kuko twagize ikinyoma ubuhungiro bwacu+, twihisha mu bubeshi+”;

  • Yeremiya 16:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ewe Yehova nkomezi zanje n’igihome canje gikomeye, buhungiro bwanje ku musi w’amarushwa+, amahanga azoza kuri wewe avuye ku mpera z’isi+, avuge ati: “Vy’ukuri ba sogokuruza bacu batunze ikinyoma gusa+, ivy’ubusa be n’ibintu ata kamaro vyarimwo+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika