ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Hoseya 8:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Kuko Efurayimu yagwije ibicaniro kugira acumure+. Asigaye afise ibicaniro* kugira acumure+.

  • Hoseya 10:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Isirayeli ni umuzabibu uriko urononekara+. Aguma yama ivyamwa vyiwe bwite+. Yagwije ibicaniro vyiwe akurikije ubwinshi bw’ivyamwa vyiwe+. Bahagaritse inkingi nziza bakurikije ivyiza vy’igihugu ciwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika