Itanguriro 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Inyuma y’ivyo, umuntu yari yahunze araza abibwira Aburamu Umuheburayo+. Ico gihe yari ashinze ikambi mu biti binini vya Mamure Umwamori+, mwene wabo na Eshikoli akaba na mwene wabo na Aneri+; bano bari bifatanije na Aburamu. Itanguriro 40:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko nanyurujwe vy’ukuri nkuwe mu gihugu c’Abaheburayo+; kandi no ng’aha nta kintu na kimwe nakoze cotumye banshira muri iki cobo c’ibohero+.”
13 Inyuma y’ivyo, umuntu yari yahunze araza abibwira Aburamu Umuheburayo+. Ico gihe yari ashinze ikambi mu biti binini vya Mamure Umwamori+, mwene wabo na Eshikoli akaba na mwene wabo na Aneri+; bano bari bifatanije na Aburamu.
15 Kuko nanyurujwe vy’ukuri nkuwe mu gihugu c’Abaheburayo+; kandi no ng’aha nta kintu na kimwe nakoze cotumye banshira muri iki cobo c’ibohero+.”