Zaburi 103:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Yehova ubwiwe yashimangiye intebe yiwe y’ubwami mu majuru+;Kandi ingoma yiwe yaganje vyose+. Zaburi 115:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ku biraba amajuru, amajuru ni aya Yehova+,Mugabo isi yayihaye abana b’abantu+. Zaburi 136:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nimukengurukire ya Mana y’amajuru+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwayo ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+.
26 Nimukengurukire ya Mana y’amajuru+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwayo ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+.