Zaburi 95:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yoo! nimuze dusenge, twuname+;Dupfukame+ imbere ya Yehova Umuhinguzi wacu+. Abanyefeso 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ku bw’ivyo, ndapfukamira+ Data+,