2 Abami 3:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Amaherezo afata umuhungu wiwe w’imfura yoganjije mu kibanza ciwe, amushikana+ ku ruhome bwa kimazi giturirwa. Maze haba ukurakarira Isirayeli bimwe bikaze, ku buryo bagenda bakareka kumurwanya, hanyuma basubira mu gihugu cabo. Zaburi 49:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nta n’umwe muri bo ashobora na gato gucungura mwene wabo+,Canke ngo amutangire incungu* ku Mana; Ezekiyeli 16:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “‘Kandi warafata abahungu bawe n’abakobwa bawe wari waramvyariye+, ukabatanga bwa kimazi kuri vyo ngo barotswe+—mbega ntiwogeza aho ubumaraya bwawe?
27 Amaherezo afata umuhungu wiwe w’imfura yoganjije mu kibanza ciwe, amushikana+ ku ruhome bwa kimazi giturirwa. Maze haba ukurakarira Isirayeli bimwe bikaze, ku buryo bagenda bakareka kumurwanya, hanyuma basubira mu gihugu cabo.
20 “‘Kandi warafata abahungu bawe n’abakobwa bawe wari waramvyariye+, ukabatanga bwa kimazi kuri vyo ngo barotswe+—mbega ntiwogeza aho ubumaraya bwawe?