Guharura 26:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Igihugu kize kigabanganywe biciye gusa ku bupfindo+. Baze baronke intoranwa hakurikijwe amazina y’imiryango ya ba se. Zaburi 78:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Kandi kubera bo, igenda irirukana amahanga+,Ibagabagurira intoranwa ikoresheje ikamba yo gupimisha+,Ku buryo ituma imiryango ya Isirayeli yibera mu mihana yayo bwite+.
55 Igihugu kize kigabanganywe biciye gusa ku bupfindo+. Baze baronke intoranwa hakurikijwe amazina y’imiryango ya ba se.
55 Kandi kubera bo, igenda irirukana amahanga+,Ibagabagurira intoranwa ikoresheje ikamba yo gupimisha+,Ku buryo ituma imiryango ya Isirayeli yibera mu mihana yayo bwite+.