Mika 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 mukubakisha Siyoni ugusesa amaraso, Yeruzalemu mukayubakisha ukutagororoka+.