Gusubira mu vyagezwe 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 kuko mutarinjira ahantu h’ukuruhukira+ n’ahantu h’intoranwa Yehova Imana yawe agira aguhe.