Yesaya 33:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Igihugu cagandaye, cakabiranye+. Libani yariye ivyatsi+; yasangutse. Sharoni+ yacitse nk’ikiyaya c’ubugaragwa; Bashani na Karumeli biriko birikunkumura amababi yavyo+. Amosi 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Avuga ati: “Yehova azorohera i Siyoni nk’intambwe+, kandi azokwumvikanishiriza ijwi ryiwe i Yeruzalemu+; kandi amatongo y’uburagiriro y’abungere azoja mu kigandaro, n’isonga rya Karumeli rizokwuma+.”
9 Igihugu cagandaye, cakabiranye+. Libani yariye ivyatsi+; yasangutse. Sharoni+ yacitse nk’ikiyaya c’ubugaragwa; Bashani na Karumeli biriko birikunkumura amababi yavyo+.
2 Avuga ati: “Yehova azorohera i Siyoni nk’intambwe+, kandi azokwumvikanishiriza ijwi ryiwe i Yeruzalemu+; kandi amatongo y’uburagiriro y’abungere azoja mu kigandaro, n’isonga rya Karumeli rizokwuma+.”