Gusubira mu vyagezwe 32:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Uguhōra ni ukwanje, n’uguhemba ni ukwanje+.Igihe nicagera ikirenge cabo kizogenda kiradandabagirana+,Kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi+Kandi ibiteguriwe kubashikira biranyaragasa+.’ Mika 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nzokwihora amahanga atagamburutse, nshavuye kandi nshangashiwe+.” Abaroma 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuko ari umusuku w’Imana kuri wewe ku neza yawe+. Mugabo nimba ukora ikibi+, tinya: kuko budatwarira inkota ubusa; kuko ari umusuku w’Imana, umuhozi+ wo gushitsa uburake ku wuza arakora ikibi. Abaheburayo 10:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kuko tuzi uwavuze ati: “Uguhōra ni ukwanje; ni jewe nzosubiriza umuntu mu ndumane+”; vyongeye ati: “Yehova azocira urubanza abantu biwe+.”
35 Uguhōra ni ukwanje, n’uguhemba ni ukwanje+.Igihe nicagera ikirenge cabo kizogenda kiradandabagirana+,Kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi+Kandi ibiteguriwe kubashikira biranyaragasa+.’
4 kuko ari umusuku w’Imana kuri wewe ku neza yawe+. Mugabo nimba ukora ikibi+, tinya: kuko budatwarira inkota ubusa; kuko ari umusuku w’Imana, umuhozi+ wo gushitsa uburake ku wuza arakora ikibi.
30 Kuko tuzi uwavuze ati: “Uguhōra ni ukwanje; ni jewe nzosubiriza umuntu mu ndumane+”; vyongeye ati: “Yehova azocira urubanza abantu biwe+.”