ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kubera iki amahanga yagiye mu ruhagarara+,

      N’imiryango y’amahanga ikaguma ivugira mu ntamatama ikintu ata co kimaze+?

  • Zaburi 21:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko baguhererejeko ibibi+;

      Biyumviriye ivyiyumviro badashobora kurangura+.

  • Yesaya 8:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nimwunge umugambi, ariko uzosenyurwa+! Nimuvuge ijambo iryo ari ryo ryose, ariko ntirizorama, kuko Imana iri kumwe natwe+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika