13 “Ehe ngira nkurwanye,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze+, “kandi nzoturirira mu mwotsi umukogote w’intambara wiwe+. Inkota izorigata intambwe zawe z’imikangara z’imigāra+. Nzorandura kw’isi ivyo ucakira, kandi ijwi ry’intumwa zawe ntirizosubira kwumvikana+.”