Yeremiya 46:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze ati: ‘Ehe ngira niteho ivya Amoni+ y’ahitwa No+, n’ivya Farawo n’ivya Misiri n’imana zaho+ be n’abami baho+, egome ngira niteho ivya Farawo n’abamwizigira bose+.’ Ezekiyeli 30:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 I Patirosi+ nzohagira umusaka, ndomeke umuriro i Zowani+, nshitse imanza muri No+.
25 “Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze ati: ‘Ehe ngira niteho ivya Amoni+ y’ahitwa No+, n’ivya Farawo n’ivya Misiri n’imana zaho+ be n’abami baho+, egome ngira niteho ivya Farawo n’abamwizigira bose+.’