Zaburi 22:1 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mana yanje, Mana yanje, kubera iki umpevye+?Kubera iki utevye kunkiza+,Ukaba kure y’amajambo y’ukuroha kwanje+? Zaburi 74:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ewe Mana, umurwanizi azoguma agusiga iceyi kugeza ryari+?Mbega umwansi azoguma agaya izina ryawe ibihe bidahera+? Umusiguzi 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Niwabona mu ntara y’ubutware uguhahazwa kwa ntahonikora n’ugukurwaho kw’urubanza+ be n’ugukurwaho kw’ubugororotsi hakoreshejwe ubukazi, ntibize bikwumize+, kuko uwuri hejuru y’uwuri hejuru+ ariko aritegereza+, kandi hariho abari hejuru yabo.
22 Mana yanje, Mana yanje, kubera iki umpevye+?Kubera iki utevye kunkiza+,Ukaba kure y’amajambo y’ukuroha kwanje+?
10 Ewe Mana, umurwanizi azoguma agusiga iceyi kugeza ryari+?Mbega umwansi azoguma agaya izina ryawe ibihe bidahera+?
8 Niwabona mu ntara y’ubutware uguhahazwa kwa ntahonikora n’ugukurwaho kw’urubanza+ be n’ugukurwaho kw’ubugororotsi hakoreshejwe ubukazi, ntibize bikwumize+, kuko uwuri hejuru y’uwuri hejuru+ ariko aritegereza+, kandi hariho abari hejuru yabo.